Zaburi 33:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+. 2 Petero 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko, nk’uko icipfuzo cabo kiri, iki kintu kirabasoba: yuko kuva kera hariho amajuru+ n’isi ihagaze itsindagiye, hejuru y’amazi+, no hagati mu mazi+, biciye kw’ijambo ry’Imana;
6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+.
5 Kuko, nk’uko icipfuzo cabo kiri, iki kintu kirabasoba: yuko kuva kera hariho amajuru+ n’isi ihagaze itsindagiye, hejuru y’amazi+, no hagati mu mazi+, biciye kw’ijambo ry’Imana;