Yohani 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 we, kubera yari azi ko Se yari yashize ibintu vyose mu maboko+ yiwe be n’uko yaje avuye ku Mana akaba kandi yariko aja ku Mana+, Ivyakozwe 2:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”’ 1 Petero 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.
3 we, kubera yari azi ko Se yari yashize ibintu vyose mu maboko+ yiwe be n’uko yaje avuye ku Mana akaba kandi yariko aja ku Mana+,
22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.