Itanguriro 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+. Abaroma 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Eka mbere bose si abana ngo ni uko ari uruvyaro* rwa Aburahamu+, ahubwo vyanditswe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.”
12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+.
7 Eka mbere bose si abana ngo ni uko ari uruvyaro* rwa Aburahamu+, ahubwo vyanditswe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.”