1 Abakorinto 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntimuzi yuko abirutsi+ mw’isiganwa biruka bose, mugabo umwe gusa akaba ari we aronka agashimwe+? Nimwiruke+ ku buryo mugashikira+.
24 Ntimuzi yuko abirutsi+ mw’isiganwa biruka bose, mugabo umwe gusa akaba ari we aronka agashimwe+? Nimwiruke+ ku buryo mugashikira+.