1 Abakorinto 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Azobashikamisha+ kandi gushika kw’iherezo, ngo ntihaze hagire ico muregwa+ ku musi+ w’Umukama wacu Yezu Kristu+. Abafilipi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko iki kintu nyene ndakizi ntakeka: yuko uwatanguye igikorwa ciza muri mwebwe azogisozera+ gushika ku musi+ wa Yezu Kristu.
8 Azobashikamisha+ kandi gushika kw’iherezo, ngo ntihaze hagire ico muregwa+ ku musi+ w’Umukama wacu Yezu Kristu+.
6 Kuko iki kintu nyene ndakizi ntakeka: yuko uwatanguye igikorwa ciza muri mwebwe azogisozera+ gushika ku musi+ wa Yezu Kristu.