Imigani 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Indero ya Yehova ntuyite mwananje+, kandi ntuzinukwe igikangiro ciwe+,