Yohani 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi ndiko ndiyeza ku bwabo, ngo na bo nyene bezwe+ biciye ku kuri. Abaheburayo 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko kw’ishikanwa rimwe ry’ikimazi+ ari ho abezwa yabagize abatagira akanenge+ ibihe vyose.