Yohani 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kandi ntibavyawe n’amaraso canke ukugomba kw’umubiri canke ukugomba kw’umuntu, ahubwo bavyawe n’Imana+. Yohani 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”
13 kandi ntibavyawe n’amaraso canke ukugomba kw’umubiri canke ukugomba kw’umuntu, ahubwo bavyawe n’Imana+.
17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”