1 Petero 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu. 1 Petero 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi wa mukuru w’abungere+ niyashirwa ahabona, muzoronka rwa rugori rudakabirana+ rw’ubuninahazwa+.
25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.
4 Kandi wa mukuru w’abungere+ niyashirwa ahabona, muzoronka rwa rugori rudakabirana+ rw’ubuninahazwa+.