1 Petero 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Biciye kuri Silivano+, mwene wacu w’umwizigirwa, nk’uko ndamufata, ndabandikiye muri make+ ngo ntange indemesho, nshinge n’intahe ndabigiranye ubwira yuko ubu ari bwo buntu nyakuri ata wari abukwiriye bw’Imana; mubuhagararemwo mushikamye+.
12 Biciye kuri Silivano+, mwene wacu w’umwizigirwa, nk’uko ndamufata, ndabandikiye muri make+ ngo ntange indemesho, nshinge n’intahe ndabigiranye ubwira yuko ubu ari bwo buntu nyakuri ata wari abukwiriye bw’Imana; mubuhagararemwo mushikamye+.