Yohani 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Imana yatumye Umwana wayo mw’isi, atari kugira acire urubanza+ isi, ahubwo kugira isi ikizwe+ biciye kuri we. Yohani 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Jewe ndamuzi+, kubera ko ndi uwumuserukira yavuye kuri we, kandi Uwo yarantumye+.”
17 Kuko Imana yatumye Umwana wayo mw’isi, atari kugira acire urubanza+ isi, ahubwo kugira isi ikizwe+ biciye kuri we.