22 Ariko jewe ndababwiye ko umuntu wese abandanya kurakira+ mwene wabo azobibazwa+ na sentare; mugabo uwo wese abwira mwene wabo ijambo ry’akagaye ritovugwa azobibazwa na Sentare Ntahinyuzwa; nayo uwo wese avuga ngo: ‘Wa gipfu c’igisesema we!’, azoba akwiriye Gehena yaka umuriro+.