Abalewi 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova. Imigani 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uwupfuka ikigabitanyo aba arondera urukundo+, kandi uwuguma avugavuga ikintu aba ariko atandukanya abasanganywe+.
16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova.
9 Uwupfuka ikigabitanyo aba arondera urukundo+, kandi uwuguma avugavuga ikintu aba ariko atandukanya abasanganywe+.