Imigani 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntiwiratire umusi ukurikira+, kuko utazi ico umusi uzovyara+. Luka 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko avuga ati: ‘Ndabigenza ntya+: Ndasambura ibigega vyanje nubake binini kuruta, abe ari ho negeraniriza intete zanje zose be n’ibintu vyiza vyanje vyose+;
18 Nuko avuga ati: ‘Ndabigenza ntya+: Ndasambura ibigega vyanje nubake binini kuruta, abe ari ho negeraniriza intete zanje zose be n’ibintu vyiza vyanje vyose+;