Abaheburayo 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ntimube ibinebwe+, ahubwo mwigane+ abatorana ya mihango biciye ku kwizera n’ukwihangana+.