Yobu 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 avuga ati:“Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,Kandi nzosubirayo ndi gusa+.Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.”
21 avuga ati:“Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,Kandi nzosubirayo ndi gusa+.Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.”