ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Ijambo ryanyu Ego niribe Ego, Oya yanyu ibe Oya+; kuko ikirenze kuri ivyo kiva kuri wa mubisha+.

  • 2 Abakorinto 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 None igihe nagira ico ciyumviro hari ukwanjanjwa nagize+? Canke ibintu nishingira, noba ndavyishingira nisunze umubiri+, kugira ngo kuri jewe habe “Ego, Ego” na “Oya, Oya+”?

  • 1 Timoteyo 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 abasambanyi+, abagabo baryamana n’ab’igitsina-gabo, abanyuruji, ababeshi, abarahira indahiro z’ikinyoma+, n’ibindi bintu vyose birwanya+ ya nyigisho ngirakamaro*+

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika