Ivyakozwe 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite. Ivyakozwe 20:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Naraberetse muri vyose yuko mu kubira akuya gutyo+ ari ho mutegerezwa gusahiriza abagoyagoya+, kandi ko mutegerezwa kwibuka ya majambo y’Umukama Yezu, igihe we ubwiwe yavuga ati: ‘Gutanga birimwo agahimbare+ kuruta guhabwa.’” 1 Petero 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muragire+ ubusho bw’Imana+ mujejwe, mutagoberewe, ahubwo mubikunze+; mutabitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubishashaye;
28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite.
35 Naraberetse muri vyose yuko mu kubira akuya gutyo+ ari ho mutegerezwa gusahiriza abagoyagoya+, kandi ko mutegerezwa kwibuka ya majambo y’Umukama Yezu, igihe we ubwiwe yavuga ati: ‘Gutanga birimwo agahimbare+ kuruta guhabwa.’”
2 Muragire+ ubusho bw’Imana+ mujejwe, mutagoberewe, ahubwo mubikunze+; mutabitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubishashaye;