Imigani 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mwananje, tinya Yehova be n’umwami+. Ntiwivange n’abashaka ihinduka+.