ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yemwe bashumba, mugamburukire ba shobuja bo mu buryo bw’umubiri+, mutinya kandi mujugumira+ ata buryarya mufise mu mitima yanyu, nk’abagamburukira Kristu,

  • Abakolosayi 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yemwe bashumba, mugamburukire muri vyose ba shobuja bo mu buryo bw’umubiri+, atari mu gukorera ijisho, nk’abahimbara abantu+, mugabo mubigire ata buryarya mu mutima, mutinya Yehova+.

  • Tito 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Abashumba+ nibayobokere ba shebuja babo muri vyose+, kandi babashimishe rwose, batavuga ngo na bo bavuge+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika