1 Abakorinto 15:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Kuko iki kibora gitegerezwa kwambara ukutabora+, kandi iki gipfa+ kigategerezwa kwambara ukudapfa. 2 Timoteyo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ariko ubu vyarerekanywe neza biciye ku kwigaragaza+ kw’Umukiza wacu Kristu Yezu, uwakuyeho urupfu+ mugabo akarasira umuco+ ku buzima+ no ku kutabora+ biciye ku nkuru nziza+, 1 Petero 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi wa mukuru w’abungere+ niyashirwa ahabona, muzoronka rwa rugori rudakabirana+ rw’ubuninahazwa+.
53 Kuko iki kibora gitegerezwa kwambara ukutabora+, kandi iki gipfa+ kigategerezwa kwambara ukudapfa.
10 ariko ubu vyarerekanywe neza biciye ku kwigaragaza+ kw’Umukiza wacu Kristu Yezu, uwakuyeho urupfu+ mugabo akarasira umuco+ ku buzima+ no ku kutabora+ biciye ku nkuru nziza+,
4 Kandi wa mukuru w’abungere+ niyashirwa ahabona, muzoronka rwa rugori rudakabirana+ rw’ubuninahazwa+.