Ivyakozwe 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaze kubirimbura, aja ku nzu kwa Mariya nyina wa Yohani batazira Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye bongera basenga.
12 Amaze kubirimbura, aja ku nzu kwa Mariya nyina wa Yohani batazira Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye bongera basenga.