Yohani 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+; Ivyakozwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bose buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi+ nk’uko nya mpwemu yabaha kuvuga.
26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+;