Abagalatiya 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 inzigo, ukunywera akaborerwe+, ukwidagadura, n’ibintu nk’ivyo. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene nababuriye, yuko abaza barakora+ mwene ivyo batazotorana ubwami bw’Imana+. Abanyefeso 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+;
21 inzigo, ukunywera akaborerwe+, ukwidagadura, n’ibintu nk’ivyo. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene nababuriye, yuko abaza barakora+ mwene ivyo batazotorana ubwami bw’Imana+.
22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+;