Hagayi 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Bwira Zerubabeli buramatari wa Yuda+ uti: ‘Ngira ntigitishe amajuru n’isi+. Ivyahishuwe 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we.
9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we.