Abakolosayi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kristu we buzima bwacu+ niyahishurwa, ni ho namwe muzohishuranwa+ na we mu buninahazwa+. 1 Timoteyo 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kwubahiriza ibwirizwa mu buryo butagira agatosi kandi butagira ico bunegurwa gushika ku kwigaragaza+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu.
14 kwubahiriza ibwirizwa mu buryo butagira agatosi kandi butagira ico bunegurwa gushika ku kwigaragaza+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu.