1 Yohani 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uku ni ko urukundo rwagizwe urutagira akanenge muri twebwe, kugira ngo tugire umwidegemvyo wo kuvuga+ ku musi w’urubanza+, kuko nk’uko urya ari, ni ko natwe ubwacu turi muri iyi si+.
17 Uku ni ko urukundo rwagizwe urutagira akanenge muri twebwe, kugira ngo tugire umwidegemvyo wo kuvuga+ ku musi w’urubanza+, kuko nk’uko urya ari, ni ko natwe ubwacu turi muri iyi si+.