1 Abakorinto 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imana ni inyizigirwa+, ari na yo yabahamagariye gusangira+ n’Umwana wayo Yezu Kristu Umukama wacu.