Matayo 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze nanje nzoca ndababwira icese nti: Sinigeze ndabamenya+! Mva mu maso, mwa bakora ivy’ubugarariji mwe+. Abaroma 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu vy’ukuri Itegeko rizana uburake+, mugabo ahatagira itegeko, nta kugabitanya kuba kukihabaye+.
23 Maze nanje nzoca ndababwira icese nti: Sinigeze ndabamenya+! Mva mu maso, mwa bakora ivy’ubugarariji mwe+.