Zaburi 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ewe Yehova, ni nde azoba umushitsi mw’ihema ryawe+?Ni nde azoba ku musozi wawe mweranda+? 3 Yohani 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mukundwa, ntiwigane ikibi, ahubwo wigane iciza+. Uwukora iciza akomoka ku Mana+. Uwukora ikibi ntiyabonye Imana+.
11 Mukundwa, ntiwigane ikibi, ahubwo wigane iciza+. Uwukora iciza akomoka ku Mana+. Uwukora ikibi ntiyabonye Imana+.