Yohani 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ivyo ndabibabwiye, kugira ngo akanyamuneza kanje kabe muri mwebwe kandi ngo akanyamuneza kanyu kabe akuzuye+. Yohani 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzoronka, ngo akanyamuneza kanyu kuzuzwe+.
11 “Ivyo ndabibabwiye, kugira ngo akanyamuneza kanje kabe muri mwebwe kandi ngo akanyamuneza kanyu kabe akuzuye+.
24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzoronka, ngo akanyamuneza kanyu kuzuzwe+.