Itanguriro 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ariko ntiyaraba ryiza namba Kayini n’ishikanwa ryiwe+. Maze Kayini ararungura n’ishavu ryinshi+, mu maso hiwe hatangura kwiraburanirwa. Yuda 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+!
5 ariko ntiyaraba ryiza namba Kayini n’ishikanwa ryiwe+. Maze Kayini ararungura n’ishavu ryinshi+, mu maso hiwe hatangura kwiraburanirwa.
11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+!