Yesaya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Emwe bantu b’inzu ya Yakobo, nimuze tugendere mu muco wa Yehova+. Yakobo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.
17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.