Ivyakozwe 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite. Abanyefeso 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+. Abaheburayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+. 1 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.
28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite.
7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+.
22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.
19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.