Yohani 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko nk’uko Se afise ubuzima muri we nyene+, ni ko yahaye n’Umwana kugira ubuzima muri we nyene+.