Yohani 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo iyo umuntu agenda mw’ijoro+, ariseka ku kintu, kubera ko umuco utaba uri muri we.” 2 Petero 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko iyo umuntu adafise ivyo, aba ari impumyi, ahumiriza ngo amaso yiwe ntabone umuco+, kandi aba yibagiye+ uguhumanurwa+ kw’ibicumuro vyiwe vya kera. 1 Yohani 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Iyo umuntu avuze ngo: “Ndakunda Imana,” yamara akaba yanka mwene wabo, aba ari umubeshi+. Kuko uwudakunda mwene wabo+ yabonye adashobora kuba akunda Imana atabonye+.
9 Kuko iyo umuntu adafise ivyo, aba ari impumyi, ahumiriza ngo amaso yiwe ntabone umuco+, kandi aba yibagiye+ uguhumanurwa+ kw’ibicumuro vyiwe vya kera.
20 Iyo umuntu avuze ngo: “Ndakunda Imana,” yamara akaba yanka mwene wabo, aba ari umubeshi+. Kuko uwudakunda mwene wabo+ yabonye adashobora kuba akunda Imana atabonye+.