Yohani 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yezu rero ababwira ati: “Umuco uzoba muri mwebwe akandi kanya gatoyi. Nimugende umwanya mugifise umuco, kugira ngo umwiza+ ntubaneshe; kandi uwugendera mu mwiza ntamenya iyo ariko araja+.
35 Yezu rero ababwira ati: “Umuco uzoba muri mwebwe akandi kanya gatoyi. Nimugende umwanya mugifise umuco, kugira ngo umwiza+ ntubaneshe; kandi uwugendera mu mwiza ntamenya iyo ariko araja+.