Itanguriro 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo mugore rero abona ko ico giti cari kibereye kuribwa be n’uko cari ikintu co kwipfuzwa n’amaso, emwe, ico giti cari kiryoheye ijisho+. Nuko yakira ku vyamwa vyaco ararya. Inyuma y’aho, ahako n’umugabo wiwe igihe bari kumwe, na we ararya+. Imigani 27:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ukuzimu be n’ikibanza c’agatikizo+ ntibihaga+; eka n’amaso y’umuntu ntahaga+. Matayo 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Shetani yongera kumujana ku musozi muremure bidasanzwe, amwereka ubwami bwose bw’isi+ be n’ubwiza bwabwo,
6 Uwo mugore rero abona ko ico giti cari kibereye kuribwa be n’uko cari ikintu co kwipfuzwa n’amaso, emwe, ico giti cari kiryoheye ijisho+. Nuko yakira ku vyamwa vyaco ararya. Inyuma y’aho, ahako n’umugabo wiwe igihe bari kumwe, na we ararya+.
8 Shetani yongera kumujana ku musozi muremure bidasanzwe, amwereka ubwami bwose bw’isi+ be n’ubwiza bwabwo,