ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko ba Kristu b’ikinyoma n’abahanuzi b’ikinyoma bazohaguruka+, kandi bazokora ibimenyetso n’ibitangaza+ kugira ngo, nivyashoboka, bahuvye n’abatowe+.

  • 3 Yohani 10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ni co gituma ninaza nzokwibukiriza ibikorwa vyiwe abandanya gukora+, avugavuga ivyacu mu majambo y’ububisha+. Vyongeye, ivyo ntibimubumba: mbere na bene wacu+ we ubwiwe ntabakirana icubahiro, kandi n’abashaka kubakira+ aragerageza kubabuza+ no kubata inyuma+ y’ishengero.

  • Ivyahishuwe 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “‘Yamara rero, mfise iki kintu nkugaya: ni uko urekerana urya mugore Yezebeli+ yiyita umuhanuzikazi, akigisha+ akongera akazimiza abashumba banje+ ngo bakore ubusambanyi+ bongere barye ivyashikaniwe ibigirwamana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika