Tito 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abari kumwe nanje bose barakuramutsa+. Undamukirize abanyiyumvamwo bari mu kwizera. Ubuntu ata wari abukwiriye bubane namwe mwese+.
15 Abari kumwe nanje bose barakuramutsa+. Undamukirize abanyiyumvamwo bari mu kwizera. Ubuntu ata wari abukwiriye bubane namwe mwese+.