ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.

  • Ivyahishuwe 20:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Urupfu+ n’ukuzimu biraririzwa muri ca kiyaga c’umuriro. Ico kiyaga c’umuriro+ gisobanura urupfu rwa kabiri+.

  • Ivyahishuwe 21:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nayo abanyabwoba n’abatagira ukwizera+, n’abasesemye bagendera mu mucafu+ wabo, be n’abicanyi+ n’abasambanyi+, n’abagira ivy’ubupfumu n’abasenga ibigirwamana+ n’ababeshi+ bose, umugabane wabo uzoba muri ca kiyaga cakishwa umuriro+ n’amazuku+. Ico gisobanura urupfu rwa kabiri+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika