Mariko 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nayo mwebwe, mwiyubare; bazobashengeza mu masentare+, kandi muzokubitirwa mu masinagogi+ mwongere muhagarikwe imbere ya ba buramatari n’abami babampora, kugira bibe intahe kuri bo+. Ivyahishuwe 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Urerekana kandi ukwihangana+, kandi wararindiyeko ku bw’izina ryanje+, ntiwarambirwa+.
9 “Nayo mwebwe, mwiyubare; bazobashengeza mu masentare+, kandi muzokubitirwa mu masinagogi+ mwongere muhagarikwe imbere ya ba buramatari n’abami babampora, kugira bibe intahe kuri bo+.