Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+.