2 Timoteyo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo abantu b’ababisha be n’abahumvyi bazogenda barushiriza kuba babi, bazimiza bongera bazimizwa+. Yuda 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamara abo bantu baratuka ibintu vyose mu vy’ukuri batazi+; mugabo ibintu vyose bategera uko bibajemwo nk’ibikoko bitiyumvira+, muri ivyo ni ho babandanya kwiyononera+.
13 Mugabo abantu b’ababisha be n’abahumvyi bazogenda barushiriza kuba babi, bazimiza bongera bazimizwa+.
10 Yamara abo bantu baratuka ibintu vyose mu vy’ukuri batazi+; mugabo ibintu vyose bategera uko bibajemwo nk’ibikoko bitiyumvira+, muri ivyo ni ho babandanya kwiyononera+.