Abaroma 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+. 2 Abatesalonika 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Umukama wacu Yezu Kristu bubane namwe mwese.
20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.