ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Uzobamenaguza agakoni k’ubutware k’icuma+;

      Nka kurya kw’icombo c’umubumvyi, uzobasavya+.”

  • Daniyeli 2:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Mu misi y’abo bami+, Imana yo mw’ijuru+ izoshinga ubwami+ butazokwigera busenyurwa+. Kandi ubwo bwami ntibuzohabwa ikindi gisata c’abantu+. Buzojanjagura ubwo bwami bwose bubuherengeteze+, yamara bwobwo buzohangama gushika ibihe bitagira urugero+,

  • Mika 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Haguruka ukubite nk’uko bakubita intete, ewe mukobwa wa Siyoni+; kuko ihembe ryawe nzorihindura icuma, n’ibinono vyawe nkabihindura umujumpu, kandi uzosya koko ibisata vy’abantu vyinshi+; inyungu yabo y’akarenganyo+ uzoyiziririza ibe iyihebewe Yehova, n’amatunga yabo aheberwe Umukama w’ukuri w’isi yose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika