Ivyahishuwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”
15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”