Ivyahishuwe 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ na we uti: Ibi ni vyo Amen+ avuga, ca cabona+ cizigirwa+ kandi c’ukuri+, intango y’ivyaremwe n’Imana+: Ivyahishuwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.
14 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ na we uti: Ibi ni vyo Amen+ avuga, ca cabona+ cizigirwa+ kandi c’ukuri+, intango y’ivyaremwe n’Imana+:
11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.