1 Abakorinto 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuko nugururiwe umuryango munini uja ku gikorwa+, ariko abarwanizi ni benshi. 2 Abakorinto 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Igihe rero nashika i Tirowa+ kumenyesha inkuru nziza yerekeye Kristu, kandi nkugururirwa umuryango mu Mukama+,
12 Igihe rero nashika i Tirowa+ kumenyesha inkuru nziza yerekeye Kristu, kandi nkugururirwa umuryango mu Mukama+,