Matayo 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa+! Wabaye umwizigirwa+ kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’
21 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa+! Wabaye umwizigirwa+ kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’